Umushikirangaji w’iyinjira ry’Uburundi mukarere k’ubuseruko, urwaruka, inkino n’imicokama Amb NIBIGIRA Ezéchiel yagendeye intara nziza ya Bujumbura Komine Isare.

@Burundibwiza.com itariki 02.02.2021 / @Province Bujumbura /. Kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 2/2/2021 umushikirangaji w’iyinjira ry’Uburundi mukarere k’ubuseruko, urwaruka, inkino n’imicokama Amb NIBIGIRA Ezéchiel yagendeye intara ya Bujumbura Komine Isare. Muri...