Ibigezweho :YIZERE, Indirimbo nshasha mpimbazamana imeze neza cane.

@Burundibwiza.com, Burundi-Indirimbo mpimbazamana.

YIZERE, ni indirimbo mpimbazamana y’umuririmvyi w’umurundi yitwa Tity Thierry turizeye ko iza kubafasha aho muherereye muheze muyisangize n’abandi. Mukomeze kwizera no gukomera. Yumvirize yose kuri Youtube : fyonda ngaha.

www.burundibwiza.com

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *