Mwiza wanje, gukora ibikunezereza biguha agaciro bibe arivyo biza imbere muri vyose.@Ella Chandelle INEZA.

@Burundibwiza.com, Inkuru ya @FOFE ( Fondation Femidejabat ).

Mwiza wanje, gukora ibikunezereza biguha agaciro bibe arivyo biza imbere muri vyose. Yitwa INEZA Ella Chandelle, ari mu mugisata c’ubuvuzi kuri Université y’INGOZI. Mu 2017 niwe yatowe Miss Ngozi 2017. Aserukira imbere y’amategeko mu ntara ya Ngozi ishirahamwe Fondation Femidejabat ryitaho cane ahanini imico n’akaranga vy’Uburundi. Arafasha cane muri Miss INAKARANGA yitaho ineza n’iterambere ry’Abatwakazi. Ubu ari mw’ihiganwa rya Miss Burundi 2021. *Mushobora kumutora kuri *190*8# mugahitamwo igiharuro 8 canke mugaca* kuri *https://missburundi.com/vote/* Murakoze. / @FOFE

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Please reload

Please Wait