Bujumbura: Kuri uwu wakane itariki 18/2/2021 Ku mugwa mukuru wa komine Isare, intara ya Bujumbura habaye inama rukokoma y’indero muri komine.
@Burundibwiza.com itariki 18.02.2021 / Isare@Province Bujumbura. Kuri uwu wa kane igenekerezo rya 18/2/2021Ku mugwa mukuru wa komine Isare, intara ya Bujumbura habaye inama rukokoma y’indero muri komine. Iyo nama yitabwe n’Umushikiranganji w’iyinjira...