GITAZA : Imvura y’isegenya yatumye ikiraro gisenyuka.

Itariki 6 Rusama 2021@RTBB

Uno musi igenekerezo rya 6 Rusama 2021 kumuhingamo, imvura y’isegenya yononye ibitari bike mu Gitaza harimwo n’ikiraro caho yatumye gisenyuka. Inkuru dukesha umwenegihugu yarahibereye. @RTBB.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *