Intara nziza ya Bujumbura: Isanamu y’umusi kuri Burundibwiza.com Minani Félicien Nsengiyumva 22 February 2021 Actualités @Burundibwiza.com / @Intara nziza ya Bujumbura. 60 SHARES Share on Facebook Tweet Follow us Share Share Share Share Share Read More
Bujumbura:Umunyamabanga mukuru wa CNDD-FDD Nyakwubahwa Reveriyano Ndikuriyo yifadikanije n’abakirisu ba Paroisse Aroyizi Mweranda. Minani Félicien Nsengiyumva 22 February 2021 Actualités @Burundibwiza.com 21.02.2021 / @Province Bujumbura. Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 21 Ruhuhuma 2021, Umunyamabanga mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD Nyakwubahwa Reveriyano Ndikuriyo yifadikanije n’abakirisu ba Paroisse yitiriwe Aroyizi Mweranda yo mw’ Ijenda muri komine... Read More
Kur’uyu wa gatandatu itariki 20 Ruhuhuma 2021, habaye inama y’Urwaruka mu ntara nziza ya Bujumbura. Minani Félicien Nsengiyumva 20 February 2021 Actualités @Burundibwiza.com itariki 20.02.2021 / @Province Bujumbura. Kur’uyu wa gatandatu igenekerezo rya 20 Ruhuhuma 2021, uwurongoye Inama nkuru y’Urwaruka mu ntara ya Bujumbura *_Longin_* **HAKIZIMANA** yagendeye urwaruka rwo muri Komine Mugongo-Manga. Yabanje kwifadikanya... Read More
Bujumbura: Kuri uwu wakane itariki 18/2/2021 Ku mugwa mukuru wa komine Isare, intara ya Bujumbura habaye inama rukokoma y’indero muri komine. Minani Félicien Nsengiyumva 18 February 2021 Actualités @Burundibwiza.com itariki 18.02.2021 / Isare@Province Bujumbura. Kuri uwu wa kane igenekerezo rya 18/2/2021Ku mugwa mukuru wa komine Isare, intara ya Bujumbura habaye inama rukokoma y’indero muri komine. Iyo nama yitabwe n’Umushikiranganji w’iyinjira... Read More
Bujumbura-Mutimbuzi : Ibirori vyo kwinjira ibiro vy’umukuru w’umutumba wa Rubirizi. Minani Félicien Nsengiyumva 16 February 2021 Actualités @Burundibwiza.com itariki 16 Ruhuhuma 2021 Source: @RTBB ( Radio Télévision Burundi Bwiza ). Fyonda ngaha ukurikirane ibirori. / @RTBB 60 SHARES Share on Facebook Tweet Follow us Share Share Share Share Share Read More
Bujumbura / Coopérative Sangwe i Mugongo-Manga bazindutse kwimbura ibiraya. Nyeniteka Emmanuel SINZOHAGERA yari yahishikiye kubatera intege ku Kivi. Minani Félicien Nsengiyumva 15 February 2021 Actualités @Burundibwiza.com igenekerezo rya 15 Ruhuhuma 2021 /. Uno musi igenekerezo rya 15 Ruhuhuma 2021, Coopérative Sangwe i Mugongo-Manga bazindutse Kwimbura ibiraya. Nyeniteka Emmanuel SINZOHAGERA yari yaje kubatera intege ku Kivi. @Province Bujumbura... Read More
Les natifs de la province Bujumbura en commune Mugongo-Manga se réunissent pour échanger sur le développement de leur commune. Minani Félicien Nsengiyumva 7 February 2021 Actualités @Burundibwiza.com mise à jour, 07/02/2021 / @Province Bujumbura / Les natifs de la province Bujumbura en commune Mugongo-Manga se réunissent pour échanger sur le développement de leur commune. Cette réunion a vu... Read More
Uno musi Nyeniteka Umukuru w’Inama Nkenguzamateka Emmanuel SINZOHAGERA yifadikanije n’abenegihugu ba komine Kanyosha… Minani Félicien Nsengiyumva 6 February 2021 Actualités @Burundibwiza.com itariki 06/02/2021 / @Province Bujumbura Kuri Uno munsi wa gatandatu igenekerezo rya 6/2/2021 Nyeniteka Umukuru w’Inama Nkenguza mateka Emmanuel SINZOHAGERA yifadikanije n’abenegihugu ba komine Kanyosha ku mutumba Ruvumu aho bariko bashira... Read More
IJAMBO RISHIKIRIJWE NA NYENICUBAHIRO VARISITO NDAYISHIMIYE KU MUSI WO GUHIMBAZA IMYAKA 30 IHEZE ABARUNDI BITOREYE AMASEZERANO Y’UBUMWE BW’ABARUNDI. Minani Félicien Nsengiyumva 4 February 2021 Actualités @Burundibwiza.com itariki 04 Ruhuhuma 2021. 1. Imbere ya vyose tubanje gushimira ImanaMushoboravyose yo yatuzigamye, tukaba dushitse unomusi Ubumwe bw’Abarundi butakiri akarimi.Iyo Mana Nihabwe icubahiro, kuko inzira twaciyemwontiyari yoroshe. 2. Turipfurije umusi mukuru... Read More
Umushikirangaji w’iyinjira ry’Uburundi mukarere k’ubuseruko, urwaruka, inkino n’imicokama Amb NIBIGIRA Ezéchiel yagendeye intara nziza ya Bujumbura Komine Isare. Minani Félicien Nsengiyumva 2 February 2021 Actualités @Burundibwiza.com itariki 02.02.2021 / @Province Bujumbura /. Kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 2/2/2021 umushikirangaji w’iyinjira ry’Uburundi mukarere k’ubuseruko, urwaruka, inkino n’imicokama Amb NIBIGIRA Ezéchiel yagendeye intara ya Bujumbura Komine Isare. Muri... Read More