Burundibwiza

  • Home
  • Editorial
  • Actualités
    • Culture
    • Sports
    • Web TV
  • Interviews
  • Publicités
  • Nous soutenir

Author: Minani Félicien Nsengiyumva

Bujumbura / Une réunion à l’intention des membres du Cadre de Coordination des Partenaires pour la Santé et le Développement.

  • Minani Félicien Nsengiyumva
  • 1 February 2021
  • Actualités
@Burundibwiza.com mise à jour. / @Province Bujumbura /. En date lu 29/01/2021, au chef-lieu de la Commune Kabezi, le Gouverneur de la Province de Bujumbura, Ir. NSENGIYUMVA Désiré, a tenu, en collaboration...
Read More

Umushikiranganji wo gushigikirana, Imibano, Agateka ka zina Muntu n’iterambere ridakumira yifadikanije n’Abakristu bo mw’ishengero rya Minevam.

  • Minani Félicien Nsengiyumva
  • 1 February 2021
  • Actualités
@Burundibwiza.com itariki 31.01.2021 / @Province Bujumbura / Province Bujumbura 4 h  · Partagé avec Public Kur’uyu w’Imana igenekerezo rya 31 Nzero 2021, i Komine yacu ya Kabezi yatewe iteka na Nyakubahwa Umushikiranganji wo gushigikirana,...
Read More

Bujumbura/Mugongo-Manga: Ibikorwa vyo guharura mu murima Wa komine.

  • Minani Félicien Nsengiyumva
  • 30 January 2021
  • Actualités
@Burundibwiza.com itariki 30.01.2021 / @Province Bujumbura / Kuri uyu Wa gatandatu igenekerezo rya 30/01/2021 Musitanteri Wa komine Mugongo-Manga Nyakwubahwa NDAYISABA Consolatte yifadikanije n’abenegihugu bo ku mitumba ya Mugoyi na Rutambiro mu bikorwa...
Read More

Musitanteri wa komine Mubimbi yifadikanije n’abenegihugu bo ku mitumba ya Muzazi na Gisagara mubikorwa rusangi vyo gusibura ibarabara Kivoga -Mubimbi-Kinama.

  • Minani Félicien Nsengiyumva
  • 30 January 2021
  • Actualités
@Burundibwiza.com itariki 30 Nzero 2021 /@Province Bujumbura /. Kuruyu musi wa gatandatu igenekerezo rya 30/01/2021 nyakwubahwa Musitanteri wa komine Mubimbi yaramutse yifadikanya n’abenegihugu bo ku mitumba ya Muzazi na Gisagara mubikorwa rusangi...
Read More

Bujumbura-Isare / BUKENE Célestin imvukira yo kumutumba wa Gishingano yazindukiye kw’ishure rikuru Lycée Communal Nyambuye kugira yirabire ukuntu abanyeshure bazinduka gusubiramwo ivyigwa mugatondo.

  • Minani Félicien Nsengiyumva
  • 29 January 2021
  • Actualités
@Burundibwiza.com itariki 29 Nzero 2021 / @Province Bujumbura Kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 29 /1/ 2021, mu ntara ya Bujumbura, komine Isare, imvukira yiyo komine iva ku mutumba wa Gishingano umushingantahe...
Read More

Bujumbura-Mutimbuzi / Gatumba. Inama yo kwibukanya uruhara rwumwumwe wese mugutsimbataza amahoro n’umutekano n’iterambere rirama.

  • Minani Félicien Nsengiyumva
  • 27 January 2021
  • Actualités
@Burundibwiza.com itariki 26.01.2021 / @Province Bujumbura /. Kuruyu Wakabiri Igenekerezo rya 26/01/2021, Umukuru wa Zone Gatumba iri muri Komine Mutimbuzi Nyakwubahwa NTAHETWA HUSSEIN arikumwe n’abatowe munama mpanuzwajambo ya Komine bavuka mu Gatumba...
Read More

Bujumbura / Musitanteri wa commune Isare n’abakozi b’ikigo ODECA bagendeye abenegihugu bashorera ikawa kw’ itonorero ry’ikawa ryo mw’Isare.

  • Minani Félicien Nsengiyumva
  • 26 January 2021
  • Actualités
@Burundibwiza.com 26.01.2021 / @Province Bujumbura / Bujumbura / Ku musi wa kabiri igenekerezo rya 26/01/2021 musitanteri wa commune Isare nyakwubahwa Niyonkuru Gilbert yifadikanije n’abakozi b’ikigo ODECA ,”Ikigo c’igihugu kijejwe ikawa” aho bari...
Read More

Nyeniteka arongoye inama nkenguzamateka y’u Burundi Emmanuel SINZOHAGERA yagendeye commune Mukike.

  • Minani Félicien Nsengiyumva
  • 26 January 2021
  • Actualités
@Burundibwiza.com 26.01.2021 / @Province Bujumbura / Kuruyu wa kabiri igekerezo rya 26/01/2021 Nyeniteka arongoye inama nkenguzamateka y’u Burundi Emmanuel SINZOHAGERA yagendeye commune Mukike ahoyifaɗikanije na koperative sangwe Kanyunyu iri kumutumba kanyunya. Iyo...
Read More

Inguvu zo kwihangana z’umuririmvyi Marechal Femidejabat mu rugendo rutoroshe.

  • Minani Félicien Nsengiyumva
  • 4 November 2020
  • Uncategorized
@Burundibwiza.com itariki 04 Munyonyo 2020. Ni irihe sano riri hagati y’ukuvuka n’ugupfa? Mu bisanzwe, twoshobora kwibaza. Ariko, ubwo nyene, nk’ukwo banmwe bovuga, hari umunezero n’umubabaro. Mu nyuma, uzokwumva abenshi bavuga bati ni...
Read More

Ubuzima Femi No2.

  • Minani Félicien Nsengiyumva
  • 4 November 2020
  • Uncategorized
60 SHARES Share on Facebook Tweet Follow us Share Share Share Share Share
Read More

Posts navigation

Previous 1 2 3 Next

Recent Posts

FOFE MAIRIE : Inama yambere ya Nyakwubahwa Liliane GAHUNGU umurongozi mushasha wa Fondation Femidejabat mu gisagara ca Bujumbura.
Intara nziza ya Bujumbura: Isanamu y’umusi kuri Burundibwiza.com
Bujumbura:Umunyamabanga mukuru wa CNDD-FDD Nyakwubahwa Reveriyano Ndikuriyo yifadikanije n’abakirisu ba Paroisse Aroyizi Mweranda.
Kur’uyu wa gatandatu itariki 20 Ruhuhuma 2021, habaye inama y’Urwaruka mu ntara nziza ya Bujumbura.
Bujumbura: Kuri uwu wakane itariki 18/2/2021 Ku mugwa mukuru wa komine Isare, intara ya Bujumbura habaye inama rukokoma y’indero muri komine.
177345
Users Today : 34
This Month : 734

Archives

  • February 2021
  • January 2021
  • December 2020
  • November 2020
  • September 2020
  • August 2020
  • July 2020
  • June 2020
  • May 2020
  • April 2020
  • March 2020
  • February 2020
  • January 2020
  • December 2019
  • November 2019
  • October 2019

Gallery

Contact

Email: contact@burundibwiza.com

Write message

Donne moi un café 🙂

Copyright © All Rights Reserved.
  • Home
  • Editorial
  • Actualités
    • Culture
    • Sports
    • Web TV
  • Interviews
  • Publicités
  • Nous soutenir