Umushikiranganji wo gushigikirana, Imibano, Agateka ka zina Muntu n’iterambere ridakumira yifadikanije n’Abakristu bo mw’ishengero rya Minevam.

@Burundibwiza.com itariki 31.01.2021 / @Province Bujumbura /


Province Bujumbura

4 h  · Partagé avec Public

Public

Kur’uyu w’Imana igenekerezo rya 31 Nzero 2021, i Komine yacu ya Kabezi yatewe iteka na Nyakubahwa Umushikiranganji wo gushigikirana, Imibano, Agateka ka zina Muntu n’iterambere ridakumira akaba yifadikanije n’Abakristu bo mw’ishengero rya Minevam. Yamenyesheje ko yanezerejwe nuko yakiriwe mu Kabezi aho yakiriwe na Musitanteri w’iyo Komine ndetse n’Umuhanuzi wa Buramatari ajejwe Imibano, niko guhamagarira abakristu kwama bashimira Imana muri vyose nugushira mu ngiro impanuro n’amabwirizwa bashikirizwa na Reta Mvyeyi kandi nkozi aho ibahamagarira kwiteza imbere babicishije mu nzira yo gukura amaboko mu mpuzu bagakora. Niharambe komine yacu nziza ya Kabezi kuko ari Nyabagendwa.

Mu Kabezi, Longin Hakizimana@Province Bujumbura

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Please reload

Please Wait