Uno musi Nyeniteka Umukuru w’Inama Nkenguzamateka Emmanuel SINZOHAGERA yifadikanije n’abenegihugu ba komine Kanyosha…

@Burundibwiza.com itariki 06/02/2021 / @Province Bujumbura

Kuri Uno munsi wa gatandatu igenekerezo rya 6/2/2021 Nyeniteka Umukuru w’Inama Nkenguza mateka Emmanuel SINZOHAGERA yifadikanije n’abenegihugu ba komine Kanyosha ku mutumba Ruvumu aho bariko bashira béton ku gisenge (dalle) ya birase bitatu vya ECOFO-RARO ya mbere n’iya kabiri biguze igice ca mbere c’ibirase 14 bigiye kwubakwa kuri ayo mashure.

Mu Kanyosha, MUnezero Aimé Pacifique @Province Bujumbura.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Please reload

Please Wait