Bujumbura-Isare / BUKENE Célestin imvukira yo kumutumba wa Gishingano yazindukiye kw’ishure rikuru Lycée Communal Nyambuye kugira yirabire ukuntu abanyeshure bazinduka gusubiramwo ivyigwa mugatondo.

@Burundibwiza.com itariki 29 Nzero 2021 / @Province Bujumbura

Kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 29 /1/ 2021, mu ntara ya Bujumbura, komine Isare, imvukira yiyo komine iva ku mutumba wa Gishingano umushingantahe BUKENE Célestin yari yazinduye kw’ishure rikuru *Lycée Communal Nyambuye* kugira yirabire ukuntu abanyeshure bazinduka gusubiramwo ivyigwa mugatondo ( étude matinale) Aho nyene, inyuma yo kuririmba ururirimbo ruhayagiza igihugu cacu yahawe ijambo n’umuyobozi w’iryo shure. Iyo mvukira y’umutuba Gishingano yatanze impanuro nyishi kubaregwa, nabo bamushimiye ku kigoro agira kugira iryo shure ritere imbere.

Mw’Isare NIMUBONA Alexis@Province Bujumbura

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *