Musitanteri wa komine Mubimbi yifadikanije n’abenegihugu bo ku mitumba ya Muzazi na Gisagara mubikorwa rusangi vyo gusibura ibarabara Kivoga -Mubimbi-Kinama.

@Burundibwiza.com itariki 30 Nzero 2021 /@Province Bujumbura /.

Kuruyu musi wa gatandatu igenekerezo rya 30/01/2021 nyakwubahwa Musitanteri wa komine Mubimbi yaramutse yifadikanya n’abenegihugu bo ku mitumba ya Muzazi na Gisagara mubikorwa rusangi vyo gusibura ibarabara Kivoga -Mubimbi-Kinama.Iryo barabara rikaba ryari rimaze imisi ribangamiwe n’ibihomoka kubera imvura imaze imisi ariko ubu ibarabara ni nyabagendwa kubera ishaka n’ubwira abenegihugu bakoresheje mukurisibura.Nyakwubahwa Musitanteri akaba yaciye abonegwaho kubatera intege arabashimira.

Mubimbi, MAFYIRITANO Albert@Province Bujumbura

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Please reload

Please Wait