Bujumbura-Mutimbuzi / Gatumba. Inama yo kwibukanya uruhara rwumwumwe wese mugutsimbataza amahoro n’umutekano n’iterambere rirama.

@Burundibwiza.com itariki 26.01.2021 / @Province Bujumbura /.

Kuruyu Wakabiri Igenekerezo rya 26/01/2021, Umukuru wa Zone Gatumba iri muri Komine Mutimbuzi Nyakwubahwa NTAHETWA HUSSEIN arikumwe n’abatowe munama mpanuzwajambo ya Komine bavuka mu Gatumba hamwe n’indongozi za Koperative SANGWE ku rwego rwa Komine na Zone, yakoresheje inama abakuru b’imitumba bose, n’abagize amakomite ya SANGWE ku mitumba yose. Intumbero yiyo nama kwari ukwibukanya uruhara rw’umwumwe wese mugutsimbataza amahoro, umutekano n’iterambere rirama.

Gatumba, inkuru ya Augustin Nkeshimana.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *