Bujumbura / Musitanteri wa commune Isare n’abakozi b’ikigo ODECA bagendeye abenegihugu bashorera ikawa kw’ itonorero ry’ikawa ryo mw’Isare.

@Burundibwiza.com 26.01.2021 / @Province Bujumbura /

Bujumbura / Ku musi wa kabiri igenekerezo rya 26/01/2021 musitanteri wa commune Isare nyakwubahwa Niyonkuru Gilbert yifadikanije n’abakozi b’ikigo ODECA ,”Ikigo c’igihugu kijejwe ikawa” aho bari baramutse bagendera abenegihugu bashorera ikawa kw’ itonorero ry’ikawa ryo mw’Isare,muntumbero yogutegura isizeni y’ikawaAbenegihugu bashimye iyo ngendo yo kubegera ngo bategurire hamwe iryo sizeni.Bongeye barashikiriza ibibazo bafise na cane cane umwavu w’ikawa waje udakwiye hamwe n’imiti yo gupompa ibipimo vy’ikawa.

Mw’Isare Alexis NIMUBONA @Province Bujumbura.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *