Nyeniteka arongoye inama nkenguzamateka y’u Burundi Emmanuel SINZOHAGERA yagendeye commune Mukike.

@Burundibwiza.com 26.01.2021 / @Province Bujumbura /

Kuruyu wa kabiri igekerezo rya 26/01/2021 Nyeniteka arongoye inama nkenguzamateka y’u Burundi Emmanuel SINZOHAGERA yagendeye commune Mukike ahoyifaɗikanije na koperative sangwe Kanyunyu iri kumutumba kanyunya. Iyo koperative ika isanzwe irongowe na musitanteri wa komine Mukike Manirakiza Frederic. Bakaba bimbuye umwimbu ungana n’amatoni 45 kuburinganire bungana hectare 3,5. Muri ico gikorwa abategetsi batandukanye baribahashitse,abashingamateka n’abakenguzamateka batowe muntara ya Bujumbura, Buramatari n’abandi bategetsi batandukanye.Nyeniteka akaba yashimiye ama koperative yo muri komine Mukike kuntambwe bamaze gutera. Musitanteri yasavye ko bobashigikira mukubaka ama hangare yo kubika umwimbu. Nyeniteka akaba yagereranije komine Mukike n’igihugu c’ubushinwa.Donatien

Nimubona komine Mukike@Province Bujumbura

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Please reload

Please Wait