Komine Kabezi: Ivyaranguwe mur’uwu mwaka urangiye n’ibigiye kurangurwa mumwaka ukurikira.
Burundibwiza.com itariki 05 Ruheshi 2021. Inkuru ya Longin Hakizimana @RTBB. Kur’uno wa gatandatu igenekerezo rya 05/06/2021 mu nyubakwa y’amanama ya komine Kabezi hakoraniye inama aho Nyakubahwa Musitanteri afadikanije n’Abarongoye inama mpanuzwa jambo...