Ikibazo c’indero y’urwaruka rw’abana ba bakobwa ni ikibazo nkora mutima mu Burundi.

@Burundibwiza.com, inkuru ya Nimubona Alexis / @RTBB Bujumbura

Ikibazo c’indero y’urwaruka rw’abana ba bakobwa ni ikibazo nkora mutima mu Burundi. Muri Bujumbura, mu kigo c’urwaruka co mw’Isare, haratunganijwe ikiganiro hagati y’abavyeyi n’abana b’abakobwa bamwe bamwe. Vyaragaragayeko atakiyago kiriho ubu mu bavyeyi benshi n’abana babo kugira indero y’umwana w’umukobwa n’iterambere ryiwe ryisununure. Uruhara rw’umuvyeyi (mama) ni runini cane kugira indero yo kuziko itere imbere.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Please reload

Please Wait