Ingingo nshasha zafashwe n’Ubushikiranganji bw’amagara y’abantu zerekeranye na Covid-19.
@Burundibwiza.com / Amagara. Umushikiranganji w’amagara y’abantu muganga Ndikumana Thadée mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uyu wa kane igenekerezo rya 3 Kigarama 2020, avuga ko gushika uno musi hamaze kwibonekeza abanduye uwo mugera...