![](https://usercontent.one/wp/www.burundibwiza.com/wp-content/uploads/2019/11/Imi.jpg?media=1670158528)
Imigambwe 11 isaba Reta y’Uburundi kwitwarira igihugu c’Urwanda.
@Burundibwiza.com mise à jour. / Imigambwe igera kuri icumi n’umwe yemewe n’amategeko kuri uno wa kane igenekerezo rya 21 Munyonyo 2019 yashize ahabona itangazo aho yamirira kure agasomborotso k’igihugu kibanyi c’Urwanda. Ivyo...