![](https://usercontent.one/wp/www.burundibwiza.com/wp-content/uploads/2019/12/Deni2.jpg?media=1670158528)
Burundibwiza.com turifurije isabukuru nziza y’imyaka 50 y’amavuka Nyakwubahwa Denise Bucumi Nkurunziza,umutambukanyi w’umukuru w’iguhugu cacu.
@Burundibwiza.com Denise Bucumi Nkurunziza ati: Igenekerezo rya 1/12/2019 nzoba nkwije imyaka 50 y’amavuka: ndashimiye cane Imana yanzigamye. Ndashimiye kandi Abavyeyi banyibarutse, Umugabo wanje mwiza, Abana Imana yaduhaye, Abanyigishije, Abambwiye Ubutumwa bwiza,n’umuntu wese...