Burundibwiza.com turifurije isabukuru nziza y’imyaka 50 y’amavuka Nyakwubahwa Denise Bucumi Nkurunziza,umutambukanyi w’umukuru w’iguhugu cacu.

@Burundibwiza.com

Denise Bucumi Nkurunziza ati: Igenekerezo rya 1/12/2019 nzoba nkwije imyaka 50 y’amavuka: ndashimiye cane Imana yanzigamye. Ndashimiye kandi Abavyeyi banyibarutse, Umugabo wanje mwiza, Abana Imana yaduhaye, Abanyigishije, Abambwiye Ubutumwa bwiza,n’umuntu wese yagize uruhara mu buzima bwanje.Imana Ibahezagire.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Please reload

Please Wait