
Ibara ryaguye kw’ishure ryo mu Kinama aho umunyeshure yakubishwe n’umurezi munyuma agacikana.
@BurundiBwizaActualité ( BBA ) mise à jour. / Yitwa NISHIMWE Chadia, yahora yiga kwishure rito ryo mu Kinama ,ECOFI KIDUNGUBWE. Amakuru twarinse avugako yitavye Imana nyuma yo gukubitwa n’umurezi wiwe maze akaraba. Bagerageje...

La 1ère Dame du Burundi S.E NKURUNZIZA Denise Bucumi au Ghana.
@BurundiBwizaActualité ( BBA ) mise à jour.

Shemeza-Music Burundi vous invite.
@BurundiBwizaActualite ( BBA ) mise à jour. / Nous vous invitons tous, karibu sana and we invite you all, kaze mwese mu bihe bidasanzwe vyo kuba ku birenge vya Kristo.

Son Excellence Dr. Joseph Butore, Deuxième Vice-Président de la République Burundi rentre du sommet de Sotchi qui a eu lieu en Russie.
@BurundiBwizaActualité ( BBA ) mise à jour. / A son arrivée à Bujumbura à l’aéroport international Melchior Ndadaye, il a indiqué qu’au cours de ce sommet, les participants se sont convenus pour...


Fondation Femidejabat iti : ” MANIGIRUBUNTU Emilienne n’umukenyei w’intwari “.
@BurundiBwizaActualité ( BBA ) mise à jour.Source : FOFE/ Fondation Femidejabat mu ntara ya Kirundo yazindukiye kuramutsa #Manigirubuntu#Émilienne. Ejo yagiye gukora ikibazo c’ubwigisha yibungeze hanyuma bakirindiriyeko gitangura, inda iramufata. DCE Kirundo yaciye amusimbana...