MBEGA MAJOR PIERRE BUYOYA NGO ARACARI MUZIMA?
Burundibwiza.com mise à jour. Source : Isanzure TV Naho Major Pierre Buyoya yaraye ashinguwe mu gihugu ca Mali, gushika nubu hariho abataremera ko Buyoya yapfuye kubera impamvu zimwe zimwe bavuga:-Ngo arwaye,vyabaye ibanga...
L’ancien président burundais Pierre Buyoya sera inhumé mardi à Bamako.
@Burundibwiza.com mise à jour. Source : PANA, 28 décembre 2020. Cérémonies parallèles à Bujumbura et à Bamako pour des obsèques de l’ancien président burundais, Pierre Buyoya Bujumbura, Burundi – Une messe de requiem...
Bujumbura / Commune Mugongomanga : Session ordinaire de décembre 2020.
@Burundibwiza.com mise à jour. Les membres du Conseil Communal de Mugongomanga se sont réunis en leur session ordinaire de décembre. La révision budgétaire était l’un des points inscrits à l’ordre du jour....
NIYERA Anne, umwigeme w’akaranga, aciye ubwinge kandi mwiza niwe yabaye Miss Ngoma2020.
@Burundibwiza.com. Gitega itariki 19 Kigarama 2020 NIYERA Anne, umwigeme w’akaranga, aciye ubwinge kandi mwiza w’ imyaka 22 niwe yabaye Miss NGOMA 2020. Icegera ciwe ca mbere ni Bigirimana Ketty Merveille icegera ca...
Le chef de l’Etat pose la première pierre pour la construction d’un immeuble de l’OBR.
@Burundibwiza.com mise à jour. Source: RTNB le 17/12/2020 par GAKIZA Dorine. Le Chef de l’Etat Evariste Ndayishimiye a procédé jeudi 17 décembre 2020 à la pose de la première Pierre pour la construction...
L’ancien président burundais Pierre Buyoya est mort cette nuit à Paris.
@Burundibwiza.com mise à jour. Source: AFP ( 18.12.2020 ) L’ancien président du Burundi Pierre Buyoya (1987-1993 et 1996-2003) est décédé à Paris à l’âge de 71 ans du Covid-19, a-t-on appris vendredi...
Pierre Buyoya Yigeze Kuyobora Uburundi Yitavye Imana.
@Burundibwiza.com / Inkuru ya VOA Kirundi ( 18.12.2020 ). Petero Buyoya yayoboye Uburundi incuro zibiri kuva mu 1987 gushika mu mwaka w’1993, no kuva mu 1996 gushika mu mwaka 2003 yitavye Imana....
Inama Nshingamateka yemeje 100% kuri uyu wa gatatu integuro y’itegeko ryo gufashanya mu bijanye n’umutekano hagati y’Uburundi n’igihugu ca Tirikiya.
@Burundibwiza.com mise à jour. Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 16 Kigarama 2020 Inama Nshingamateka yemeje ijana kw’ijana integuro y’itegeko ryo gufashanya hagati y’Uburundi na Tirikiya mubijanye n’umutekano. Nyakwubahwa Gervais NDIRAKOBUCA Umushikiranganji...
Le Président de la République invite les paroisses catholiques à assurer l’encadrement du développement.
@Burundibwiza.com mise à jour. Source: RTNB. Dimanche, le 13/12/2020 par HAKIZIMANA Placide. Le couple présidentiel s’est joint dimanche 13 novembre 2020 aux chrétiens de la paroisse de Mutoyi en commune Bugendana dans la...