NIYERA Anne, umwigeme w’akaranga, aciye ubwinge kandi mwiza niwe yabaye Miss Ngoma2020.

@Burundibwiza.com. Gitega itariki 19 Kigarama 2020

NIYERA Anne, umwigeme w’akaranga, aciye ubwinge kandi mwiza w’ imyaka 22 niwe yabaye Miss NGOMA 2020. Icegera ciwe ca mbere ni Bigirimana Ketty Merveille icegera ca kabiri ni Niyoyankana Adèle Ange Nicole, umu miss nawe yamenyekanye cane gusumvya abandi ni HABIMANA Clara Kany.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *