Umushikiranganji Ezéchiel Nibigira yatanguje inama y’abaserukira ibigo vy’urwaruka.
Umushikiranganji ajejwe imigabo n’imigambi ry’Uburundi mukarere kubuseruko muri Afrika, urwaruka, inkino n’imico kama, Ezéchiel Nibigira, ahejeje kwugurura, kuri uwu wa Kabiri igenekerezo rya 21 Kigarama 2021, uruganda rw’imisi itatu rwategekanirijwe abasanzwe baserukira...