Kurikira ireresi nshasha UMUTIMA y’umurwi YAKINI uje utavyorosha. (Igice ca 1/ Episode 1).

RTBB ibazaniye Umurwi YAKINI m’urukurikirane rw’inkuru y’urukundo mw’ireresi idasanzwe yitwa UMUTIMA. Ibifurije kuryoherwa n’iyo reresi yuzuyemwo impanuro nyinshi nziza kuri twese zifasha cane mu buzima bwa misi yose. / @RTBB.

Fyonda ngaha urabe igice ca mbere ( Episode 1 ).

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *