-
Ngibi ibintu 2 bidasanzwe vyatumye yandika ururirimbo ndangabuhizi rw’umugambwe CNDD-FDD n’igitabu “Amagorwa yo mubuhungiro …”
•
Ni mu kiganiro IMVO N’IMVANO yagiranye na BBC Gahuza News. Fyonda ngaha uciyumvire.
-
LE PRIX D’HONNEUR ET MÉRITE PATRIOTIQUE décerné au chanteur du peuple Felicien Nsengiyumva Minani alias MaréchalFemidejabat, l’un des gardiens des traditions culturelles burundaises lors de l’inoubliable célébration culturelle dans la FONDATION FEMIDEJABAT.
•
Cliquez ici sur le lien pour voir la VIDEO de l’événement. Source: @FB TV
-
Yavuze ivyamuteye gushigikira atiziganya abasangwabutaka bo mu Burundi gushika naho …
•
Fyonda ngaha uvyumvirize muri ino VIDEO.
-
Ushobora kubona ngo Imana isa nkiyiri mugacerere, ariko menya ko no mugacerere, iba iriko irakora kugira igutabare.
•
Burundibwiza.com 02/03/2025 /@rtbb Ni inyigisho zatanzwe n’umukuru w’inama Nkenguzamateka y’Uburundi #Emmanuel Sinzohagera, kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 2 Ntwarante 2025, ari kumwe n’abakenguzamateka batowe mu gisagara ca Bujumbura hamwe n’indongozi zitandukanye, aho yari yifadikanije n’abakiristo bo mw’ishengero rya #Life Center Nyakabiga riri muri komine Mukaza muguhimbaza Imana. Munyigisho ziwe umukuru w’inama Nkenguzamateka y’Uburundi #Emmanuel…
-
Abigeme batwara inda z’ishushu bagiye kwibaruka ngo nuko hoba kubategeka ko bavuga banyene izo nda, kuburyo umwana wese avuka sewiwe yamenyekanye.
•
Burundibwiza.com @RTBB VIDEO ; Fyonda ngaha #Abigeme batwara inda z’ishushu bagiye kwibaruka ngo nuko hoba kubategeka ko bavuga banyene izo nda, kuburyo umwana wese avuka sewiwe yamenyekanye. Ni impanuro umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye yahaye abarongoye ihuriro ry’abakenyezi mu Burundi, mu mubonano wabereye kwa Ntare kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 4 Ntwarante 2025. …
-
Imifuko y’isima ya BUCECO igera kuri 315, niyo abanywanyi b’umuryango wa BeneSamuragwa mugihugu cose bashikirije komine Matongo yo mu ntara ya Butanyerera.
•
Burundibwiza.com 01/03/2025 / @RTBB VIDEO : Fyonda ngaha. Imifuko y’isima ya BUCECO igera kuri 315, ifise agaciro kangana na 12.127.500FBu niyo abanywanyi b’umuryango wa BeneSamuragwa mugihugu cose bashikirije komine Matongo yo mu ntara ya Butanyerera kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 1 Ntwarante 2025, mukubaterera murwubakwo rw’ibiro vy’iyo komine nshasha izoba igeretse gatatu. Hambavu…