
•
@RTBB mise à jour. Source: UNHCR BURUNDI Face à l’afflux de réfugiés fuyant les violences à l’est du de la République Démocratique du Congo, le Ministre @MAEBurundi a conduit le 23/12.2025 une visite avec des missions diplomatiques & partenaires au site de Kansenga. La visite a souligné l’urgence d’un appui humanitaire accru pour répondre…

•
Burundibwiza.com 10/03/2025 / @RTBB Umukuru w’igihugu c’Uburundi #Evariste Ndayishimiye, ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Angeline Ndayishimiye, kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 10 Ntwarante, ahejeje gufata urugero rumushikana mu gihugu ca Serbie, aho yitavye ubutumire bwa mugenzi #Aleksandar Vučić umukuru w’igihugu ca Serbie. D N Radio Télévision Burundi Bwiza RTBB