-

Kuber’iki twemera kwicana hakwicara hamwe tukaganira?Dukeneye Afrika izira indwano, Afrika ituje.
•
Source ; RTBB Inkuru muri VIDEO ; Fyonda ngaha. Posted inActualités Igikorwa co kumena ibinyobwa vyonona amagara y’abantu vyaramenwe. Author: abeadmin Published Date: December 15, 2025 Comments: Leave a comment Source : RTBB Inkuru muri VIDEO : Fyonda ngaha.
-

Igikorwa co kumena ibinyobwa vyonona amagara y’abantu vyaramenwe.
•
Source : Radio Télévision Burundi Bwiza RTBB Posted inActualités Igikorwa co kumena ibinyobwa vyonona amagara y’abantu vyaramenwe. Author: abeadmin Published Date: December 15, 2025 Comments: Leave a comment Source : RTBB Inkuru muri VIDEO : Fyonda ngaha.
-

Za mashine zirima zashitse i Muyinga mu ntara ya Buhumuza.
•
Source : RTBB Inkuru muri VIDEO : Fyonda ngaha
-

Umuyagankuba mugihugu ni nk’amaraso mu muntu. Igihugu kugira gitere imbere gikenera itunga kama, amahinguriro n’ibindi.
•
Source : : Radio Télévision Burundi Bwiza RTBB Inkuru muri VIDEO: fyonda ngaha . Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye, yabishikirije kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 9 kigarama 2025, aho yari kwugurura igituro c’umuyagankuba mu Rubirizi muri komine Ntahangwa mu ntara ya Bujumbura. Umukuru w’igihugu yamenyesheje abenegihugu ko ari ivyo gushima Imana kuko Uburundi bukura uko…
-

Urumuri rw’amahoro umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye yarudomekeye i Buhumuza.
•
Inkuru yose muri VIDEO : Fyonda ngaha.
-

Ururirimbo ndangabuhizi rw’umugamwe CNDD-FDD : Menya amajambo arugize n’uwarukoze.
•
1. CNDD-FDD inama y’abanyagihugu baharanira Demokarasi nyakuri, mu gihugu kigengwa n’amategeko, Abarundi bose bubahirizwe. / Bishire kandi bizane mugihugu c’amavukiro, batunge batunganirwe mu vyabo no mu babo, atawandya canke wangura. 2. CNDD-FDD irondera ineza ya bose ntikumira igomba ubutungane, ugusabikanya muri vyose, umutekano kuri bose. / Kugira bene Burundi boye kwama bicwa kandi ataco…
-

Parfois une simple conversation avec un homme sage vaut mieux que dix ans d’études.
•
Dans ce monde, les grands hommes qui possèdent à la fois une grande sagesse et une grande humilité et surtout un coeur plein de bonté, attentionné envers les autres sont difficiles à trouver aujourd’hui. Que Dieu vous bénisse abondamment et vous garde de tout mal notre sage MUTAMA et ancien Président de la République…
-

L’ÉCRIVAIN ET SON LIVRE BENEFICIENT DU SOUTIEN DE L’AUTORITÉ BURUNDAISE.
•
L’écrivain burundais Félicien NSENGIYUMVA MINANI, échangeant avec l’Assistant du ministre de l’EAC, des Sports, Jeunesse et Culture. La journée mondiale du livre, édition 2025, célébrée au Burundi le 23 Avril 2025 à l’hôtel Safari Gate, a été aussi une occasion pour l’écrivain burundais Félicien NSENGIYUMVA MINANI, d’échanger avec l’Assistant du ministre de l’EAC, des…
-

JOURNÉE MONDIALE DU LIVRE, OCCASION DES RETROUVAILLES !
•
Lors de la journée mondiale du livre, édition 2025, qui a été célébrée au Burundi le 23 Avril 2025 à l’hôtel Safari Gate, j’ai pu rencontrer des compatriotes écrivains. Le plus marquant de ces retrouvailles fut celui avec l’écrivain burundais et Porte-parole adjoint du Président de la République du Burundi, Mr Sébastien NTAHONGENDERA, que…
