
Umurwi CVR-BURUNDI ku kivi c’ubwicanyi bwahekuye Uburundi.
@Burundibwiza.com / CVR-BURUNDI / @Abenegihugu.com Uwahoze ari musitanteri wa komine ya Vugizo mu 1972 Antoine NYAWAKIRA yumvirijwe n’umurwi CVR-BURUNDI kuri uyu wa 08 kigarama 2020. Mu ntahe abantu benshi bacitse kw’icumu bashinga...