Umurwi CVR-BURUNDI ku kivi c’ubwicanyi bwahekuye Uburundi.

@Burundibwiza.com / CVR-BURUNDI / @Abenegihugu.com

Uwahoze ari musitanteri wa komine ya Vugizo mu 1972 Antoine NYAWAKIRA yumvirijwe n’umurwi CVR-BURUNDI kuri uyu wa 08 kigarama 2020. Mu ntahe abantu benshi bacitse kw’icumu bashinga aho muri Komine Vugizo yaravuzwe cane ko yoba ari we yatanga amategeko mu kwica abantu ico gihe. CVR-BURUNDI yumvirijwe na Samuel NDUWINGOMA, umusirikare yari Buramatari w’intara ya BURURI ico gihe. Uko ari babiri baganiriye bose n’uwo murwi wababajije ivyo bazi ku vyabaye ico gihe nk’uko uwurongoye uwo murwi Petero Claver NDAYICARIYE yabimenyesheje.


Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Please reload

Please Wait