Abagabo babiri b’Inararibonye mu muziki kavukire aribo TOROBEKA Joseph na MIJURIRO Mathias ni bamwe mu bigisha bagiye kwigisha…

@Burundibwiza.com mise à jour. Source : Mashariki TV /

MIJURIRO Mathias na Joseph TOROBEKA baronse akazi ko kwigisha abana b’Uburundi mu kigo Centre Culturel Femidejabat Indataburundi ( CCFI ).

Abagabo babiri b’Inararibonye mu muziki kavukire aribo TOROBEKA Joseph na MIJURIRO Mathias ni bamwe mu bigisha bagiye kwigisha abana n’abandi bose bipfuza kumenya kuvuza ibicurarangisho kavukire vy’Uburundi nk’inanga umuduri, umwironge, ikembe, indonongo n’ibindi. Izo nyigisho zizotangirwa mu kigo “Centre Culturel FEMIDEJABAT – Indataburundi” kiri i Bujumbura. Umviriza VIDEO igituma izo nyigisho zigiye gutangwa .

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *