Sentare ya Afrika y’Ubuseruko yemeje ko nimero Imwe y’Uburundi Petero Nkurunziza ata mategeko yahonyanze igihe yitoza muri 2015.

@Burundibwiza.com mise à jour. Source: Abenegihugu.com/@NTV Uganda /

Inkuru dukesha NTV Uganda, Sentare ya Afrika y’Ubuseruko yemeje ko Nyenicubahiro Petero Nkurunziza ata mategeko yahonyanze igihe yitoza muri 2015. Iyo sentare ikaba yaciye yemeza ko ivyo urwo rubanza bihagaritswe kuko ata kimwagira.

Nyenicubahiro Petero Nkurunziza yari yitwariwe muri iyo Sentare nabamwagiriza gutwara ikindi kiringo, kuribo basigura ko adafitiye uburenganzira hisunzwe amategeko bo n’amasezerano ya Arusha.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Please reload

Please Wait