Igifungu mw’itegurwa ry’ihiganwa Miss Burundi 2019. Amashirahamwe atatu arasabako iryo higanwa ryohagarikwa rikabanza gutunganwa neza hisunzwe ahanini inyungu z’igihugu nizabo ryega bose.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *