Kenya /Kisumo : Nyenicubahiro umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yakirirwa na mugenzi we Nyenicubahiro Uhuru Kenyatta.
@Burundibwiza.com itariki 31 Rusama 2021 / @RTBB.
Ikibazo c’indero y’urwaruka rw’abana ba bakobwa ni ikibazo nkora mutima mu Burundi.
@Burundibwiza.com, inkuru ya Nimubona Alexis / @RTBB Bujumbura Ikibazo c’indero y’urwaruka rw’abana ba bakobwa ni ikibazo nkora mutima mu Burundi. Muri Bujumbura, mu kigo c’urwaruka co mw’Isare, haratunganijwe ikiganiro hagati y’abavyeyi n’abana...
Diplomatie: Cérémonies de présentation des lettres de créance de Mme l’Ambassadeur extraordinaire et plénipotentiaire du Burundi au Kenya.
@Burundibwiza.com mise à jour, le 25.05.2021 /@RTBB Cérémonies de présentation des lettres de créance de S.E l’Ambassadeur extraordinaire et plénipotentiaire du Burundi au Kenya Mme Evelyne HABONIMANA à son Excellence le Président...
Un livre qui ne laissera aucun lecteur indifférent.
Culture / @Burundibwiza.com / RTBB mise à jour le 22.05.2011. *Les fragments*, un livre dans lequel Ambassadeur Bizimana rend un vibrant hommage à son père Joe ( Josias) et promène le lecteur...
Fondation FEMIDEJABAT iri mu Barundi batera intege BPC1 Cecile Ntakarutimana.
@Burundibwiza.com / @RTBB.
Trois upronistes exclus du parti UPRONA depuis le 11/5/2021.
@Burundibwiza.com mise à jour, le 12.05.2021. Les Badasigana @Sindimwo_G (Ancien Premier Vice-Président de la République), Hon Anicet Niyongabo (Ancien 2ème Vice-Président du @burundi_senat ) et Pasteur Isidore Mbayahaga sont exclus de l’...
La Géomatique, un outil incontournable dans la prise des décisions.
@Burundibwiza.com mise à jour le 08/05/2021 / @RTNB. Le Secrétaire Exécutif Permanent du Bureau de centralisation Géomatique, Frédéric Ngendabakana appelle les décideurs publics et privés à consulter les données produites par ce...
GITAZA : Imvura y’isegenya yatumye ikiraro gisenyuka.
Itariki 6 Rusama 2021@RTBB Uno musi igenekerezo rya 6 Rusama 2021 kumuhingamo, imvura y’isegenya yononye ibitari bike mu Gitaza harimwo n’ikiraro caho yatumye gisenyuka. Inkuru dukesha umwenegihugu yarahibereye. @RTBB.