Umushikiranganji w’ubudandaji yabonanye n’urwaruka ruhurikiye mu makoperative Sangwe.
@RTBB mise à jour, le 16.10.2021. Umushikiranganji ajejwe ubudandaji Umupfasoni Capitoline Niyonizigiye ariko arabonana, kuri uyu wa 15 Gitugutu mu gisagara ca Bujumbura, n’urwaruka ruhurikiye mu makoperative Sangwe, Vaso no mu mashirahamwe...
Indirimbo y’amateka ya CNDD FDD yahawe agashimwe n’Abarundi bo muri Diaspora.
@Burundibwiza.com mise à jour, le 16.10.2021 Source: ( Archive 8-11-2018 à 12h:27 | Par NAWE ). Fyonda hano uyisome kw’isoko. Inyuma y’iminsi indwi gusa yanditse ku rubuga rwiwe rwa Facebook ko ashimishwa n’uko indirimbo...
Bujumbura-Isare: Abenegihugu bo ku mutumba Bibare mu bikorwa vy’iterambere rusangi.
@RTBB itariki 09 Gitugutu 2021 / Inkuru ya Alexis NIMUBONA. Kuruyu wa gatandatu itariki 09 Gitugutu 2021, Abenegihugu bo ku mutumba Bibare muri komine Isare mu ntara ya Bujumbura, bahagarariwe n’umukuru w’uwo...
Hymne du Parti CNDD-FDD/ Par Nsengiyumva Minani Felicien : Initiateur, Auteur, Compositeur & Chanteur.
Cliquez ici / Fyonda ngaha . Initiateur, Auteur, Compositeur et Chanteur : @Nsengiyumva Minani Felicien alias Marechal Femidejabat. Source : @SAFE BURUNDI.
Bujumbura: Atelier de l’Association des Jeunes Volontaires de la Commune Isare (AJVCI) en collaboration avec le Centre pour jeunes d’Isare.
@RTBB le 06 Octobre 2021 / Par Alexis NIMBONA. BUJUMBURA – JEUNESSE. L’Association des Jeunes Volontaires de la Commune Isare (AJVCI) en province de Bujumbura, en collaboration avec le Centre pour jeunes...
MUYINGA: Umuyobozi mwishikira mu biro vya buramatari Denise Ndaruhekere yagiranye inama n’umugwi ujejwe umutekano.
@RTBB itariki 06 Gitugutu 2021 / Inkuru ya Isaac Bakanibona. MUYINGA : INTWARO IBEREYE. Umuyobozi mwishikira mu biro vya buramatari w’intara ya Muyinga, umupfasoni Denise Ndaruhekere yagiranye inama n’umugwi ujejwe umutekano muri...
Menya uko urukundo rwa Femi de j’Abat na Hon.Sauda MBONEKO rwatanguye n’icatumye bamwita Maréchal.
@RTBB itariki 04 Gitugutu 2021 / Inkuru ya Indundi TV. Fyonda ngaha urabe IKIGANIRO.
Ikiganiro/ Maréchal FEMI DE J’ABAT atubwiye vyinshi k’ubuzima bwiwe bwa kahise, k’ubu, na kazoza mu kiganiro PPF SHOW.
@RTBB itariki 04 Gitugutu 2021 / Inkuru ya BE TV BURUNDI. Fyonda ngaha urabe IKIGANIRO.