Encyclopédie de la musique burundaise: umukuru wa Amicale des Musiciens du Burundi Roméo ININAHAZWE ati turiteguye gufasha.

@Burundibwiza.com mise à jour. Source: @RTBB.

Kurikira ikiganiro Roméo ININAHAZWE arongoye AMB na Nsengiyumva Minani Félicien aserukira imbere y’amategeko FONDATION FEMIDEJABAT n’ ishirahamwe UNABUDI ( Unisson des Artistes du Burundi et de la Diaspora ) batanze kubijanye n’igitabo c’agahogo k’Abarundi. Fyonda ngaha urabe VIDEO.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Please reload

Please Wait