Umuyobozi w’indero mu ntara ya Bujumbura, ciza Raphaël, yaratunganije ihugugwa ry’abigisha bose b’inyuma y’ishure shingiro mu makomine yose agize iyo ntara, ku magenekerezo ya 29 na 30 Kigarama 2021, mu ntumbero yo...
#Uburimyi# #KOPERATIVE Itoni zirenga 40 nizo koperative sangwe KANYUNYA isanzwe irongowe na musitanteri wa komine MUKIKE, Frédéric MANIRAKIZA, yaraye yimbuye ibiraya, kuri uwu Gatatu wo kuwa 29 Kigarama 2021, mu murima wayo ungana na...