Sebarundi Varisito Ndayishimiye ari kumwe n’umutambukanyi wiwe, Mama Mugiraneza uno musi basaruye ibihaya mu murima wabo uri iMwaro muri komine Ndava. Umwimbu ukaba uteye igomwe cane.

RTBB@Burundibwiza.com, igenekerezo rya 21 Ruhuhuma 2022.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *