Umushikiranganji w’ubudandaji yabonanye n’urwaruka ruhurikiye mu makoperative Sangwe.

@RTBB mise à jour, le 16.10.2021.

Umushikiranganji ajejwe ubudandaji Umupfasoni Capitoline Niyonizigiye ariko arabonana, kuri uyu wa 15 Gitugutu mu gisagara ca Bujumbura, n’urwaruka ruhurikiye mu makoperative Sangwe, Vaso no mu mashirahamwe n’abikorera utwabo kugira barabire hamwe ingene urwaruka rwokwiteza imbere.

Chadia Nyoni@RTBB

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *