Bujumbura-Isare: Abenegihugu bo ku mutumba Bibare mu bikorwa vy’iterambere rusangi.

@RTBB itariki 09 Gitugutu 2021 / Inkuru ya Alexis NIMUBONA.

Kuruyu wa gatandatu itariki 09 Gitugutu 2021, Abenegihugu bo ku mutumba Bibare muri komine Isare mu ntara ya Bujumbura, bahagarariwe n’umukuru w’uwo mutumba umupfasoni Edyne Bayikeze, baramutse barangurira ibikorwa vy’iterambere rusangi vyo kuri uyu wa 9 Gitugutu 2021, ku murwa mukuru w’intara ya Bujumbura.Bakaba babandanije gutaba ikibanza kizokwubakwamwo ibiro vy’ubuyobozi bw’indero muri iyo ntara, abandi bakaba bariko baca amabarabara aho nyene ku murwa mukuru w’intara. / Alexis Nimubona@RTBB.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *