Bujumbura-Mutimbuzi: Uno musi hatowe abarongoye FEMMES INTWARI muri iyo Komine.

@Burundibwiza.com, itariki 13 Ruhuhuma 2021 .

Uno musi igenekerezo rya 13 Ruhuhuma muri Komine Mutimbuzi iri mu ntara nziza ya Bujumbura hatowe abagize urwego nyobizi rwa Femmes Intwari. Ibirori vyatewe iteka n’uwurongoye Ishirahamwe Femmes Intwari ku gwego gw’intara n’abo bafatanije amabanga, umunyamahanga w’umugambwe Cndd-Fdd muri iyo Komine, Musitanteri wiyo Komine tutibagiye, umushingamateka yatowe mw’iyo Komine nyene n’abandi banyecubahiro batari bake bo muri iyo Komine Mutimbuzi.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Please reload

Please Wait