Umurongozi mushasha wa FOFE-Mairie Nyakwubahwa GAHUNGU Liliane yamenyesheje imigambi bagiye gushira imbere mu mwaka wi 2021.

@Burundibwiza.com. 08.02.2021 / Inkuru ya FOFE.

FOFE-MAIRIE : Umurongozi mushasha wa Fondation Femidejabat muri Mairie ya Bujumbura Nyakwubahwa GAHUNGU Liliane, yamenyesheje imigambi bagiye gushira imbere muri uno mwaka wi 2021.

Fyonda ngaha, uyiyumvire muri VIDEO.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *