Inama yambere y’ihiganwa Miss Inakaranga.

@Abenegihugu.com mise à jour. Source : www.fondationfemidejabat.org /

#Burundi : IHIGANWA #MISS#INAKARANGA.
Umunezero ni mwinshi muri #Fondation#FEMIDEJABAT. Umurwi utegura ihiganwa #Miss #INAKARANGA kurwego rw’igihugu ( Comite national de Pilotage de Miss Inakaranga), uno musi wakoze inama yambere yokurabira hamwe ibikenewe vyose kugira iryo higanwa ritangure. Ni inyuma yaho ubushikiranganji bubijejwe buherutse kwemerera Fondation FEMIDEJABAT gutegura iryo higanwa mu ntara zose zigize igihugu cacu. Mubihe biri imbere uwo murwi uzoshira ahabona ikirangamisi n’ibisabwa kubifuza kuritabira. /@#FOFE #Miss #INAKARANGA

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Please reload

Please Wait