DUNIA Abedi aserukira Ishirahamwe UNABUDI-Inyenyeri z’Uburundi kw’isi yose mu gisagara ca Bujumbura yitabiriye ibirori vyo kwibuka indwi yahariwe INGOMA mu Burundi.

@Burundibwiza.com mise à jour. Source : UNABUDI

Uwuserukira Ishirahamwe UNABUDI-Inyenyeri z’Uburundi kw’isi yose mu gisagara ca Bujumbura umwiyeretsi rurangiranwa DUNIA Abedi yari yitabiriye ibirori vyo kwibuka indwi yahariwe INGOMA mu Burundi aho yashoboye kwigisha abana barwiriyemwo abo mumashure y’intango. Tubibutseko hari igenekerezo rya 26 mu kwezi kwa Munyonyo aho INGOMA z’Uburundi zemezwa muri UNESCO mu gihugu c’Ubufaransa.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *