NIYONKORERA Jeannette ni umwe mu BATWAKAZI bifuza kuja mwihiganwa Miss Burundi 2019. Mwumvirize muri kino kiganiro IMVO N’IMVANO yagiranye na Radio BBC Gahuza.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *