Fondation Femidejabat iti : ” MANIGIRUBUNTU Emilienne n’umukenyei w’intwari “.

@BurundiBwizaActualité ( BBA ) mise à jour.Source : FOFE/

Fondation Femidejabat mu ntara ya Kirundo yazindukiye kuramutsa #Manigirubuntu#Émilienne. Ejo yagiye gukora ikibazo c’ubwigisha yibungeze hanyuma bakirindiriyeko gitangura, inda iramufata. DCE Kirundo yaciye amusimbana kwa muganga agiheza kuvyara yabwiye uwo barikumwe ko asimbiye kuri “petit besoin” acagaruka gukora ikibazo. #Fondation#Femidejabat twamufashe nk’umukenyezi w’intwari. Abo muri FOFE bakaba bagiye kumukeza bitwaje ifu y’ubuyi, isukari, ibikoresho vy’isuku nk’isabune, OMO n’amavuta yokwisiga, barongowe na NDUWAMAHO Marc aserukira Fondation Femidejabat mu Kirundo. /@#FOFE

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *