Isanamu y’umusi kuri Burundibwiza.com

KWIBUKA : Imyaka 26 iraheza Incungu ya Demokarasi Nyenicubahiro Melchior NDADAYE agandaguwe. Umuryango wiwe n’Abarundi baracarindiriye ko abateguye urupfu rwiwe n’urwabafasha biwe bagandaguriwe rimwe ubucamanza bubafata bukabakubita intahe mu gahanga.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *