


SAFE BURUNDI ( Sauda & Femi ) : Ngubu bwabugeni buhimbaye cane bwahariwe umwaka wa 2021 mu Burundi .
POSTED INACTUALITÉS SAFE BURUNDI ( Sauda & Femi ) : Ngubu bwabugeni buhimbaye cane bwahariwe umwaka wa 2021 mu Burundi . AUTHOR: ABEADMIN PUBLISHED DATE: DECEMBER 23, 2021 COMMENTS: LEAVE A COMMENTEDIT Igice cambere : Fyonda ngaha. Igice...

Yagabiye umwami wiwe Femi umuduri umusi amukwa, nawe aca amugirira akaririmbo keza cane ikibiriraho, vyari amavuta.
Fyonda aha wirabire utubirya tudasanzwe tw’ibirori vyari bihimbaye cane.

Imbere y’amategeko Umuririmvyi Femi de J’Abat n’umushingamateka Sauda MBONEKO barasezeranye gushinga urugo rwabo.
Fyonda ngaha wirabire uko ibirori vyari bibereye ijisho. Insamirizi n’Imboneshakure Burundi Bwiza ( RTBB ) yari yahishikiye.

Umushikiranganji Ezéchiel Nibigira yatanguje inama y’abaserukira ibigo vy’urwaruka.
Umushikiranganji ajejwe imigabo n’imigambi ry’Uburundi mukarere kubuseruko muri Afrika, urwaruka, inkino n’imico kama, Ezéchiel Nibigira, ahejeje kwugurura, kuri uwu wa Kabiri igenekerezo rya 21 Kigarama 2021, uruganda rw’imisi itatu rwategekanirijwe abasanzwe baserukira...

Kurikira igice ca kabiri c’ireresi UMUTIMA y’umurwi YAKINI wirabire ingene ivy’isi ari amayobera.
Mbega urukundo ! Uno mukobwa yaranize mugenzi wiwe amuhora….. Fyonda ngaha wirabire ireresi UMUTIMA igice ca kabiri ( Episode 2 ).

Kurikira ireresi nshasha UMUTIMA y’umurwi YAKINI uje utavyorosha. (Igice ca 1/ Episode 1).
RTBB ibazaniye Umurwi YAKINI m’urukurikirane rw’inkuru y’urukundo mw’ireresi idasanzwe yitwa UMUTIMA. Ibifurije kuryoherwa n’iyo reresi yuzuyemwo impanuro nyinshi nziza kuri twese zifasha cane mu buzima bwa misi yose. / @RTBB. Fyonda ngaha...

Gitega/ Umwiherero w’abagize urwego nshingwabikorwa rw’igihugu wabandanije kur’uyu wakane.
Burundibwiza.com mise à jour. Source : @RTBB. VIDEO fyonda ngaha.

Gitega / Nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE yuguruye umwiherero w’abagize urwego nshingwantwaro rwa Leta y’Uburundi.
Burundibwiza.com mise à jour / @RTBB. VIDEO fyonga ngaha. Mw’ijambo umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE yashikirije kuri uyu wagatatu 03.11.2021 yugurura umwiherero w’abagize urwego nshingwantwaro rwa Leta y’Uburundi, yamenyeshejeko ari akaryo ko...

Burundi / itariki 29.10.2021, umwanditsi w’ibitabu Nyakwubahwa Ambasaderi Edwarudo Bizimana yagendeye ikigo SAFE BURUNDI.
Burundibwiza.com / Inkuru ya Isaac Bakanibona@RTBB. VIDEO fyonda ngaha: Kirundi / Igifaransa. Kuri uno muhingamo w’igenekerezo rya 29 Gitugutu 2021, Umwanditsi w’ibitabu Nyakwubahwa Ambasaderi Edwarudo Bizimana yagendeye ikigo SAFE BURUNDI kirimwo Insamirizi...