RADIO TÉLÉVISION BURUNDI BWIZA

  • Home
  • Editorial
  • Actualités
    • Culture
    • Sports
    • Web TV
  • Interviews
  • Publicités
  • Nous soutenir

Noweri n’ubunane ku bana bavukanye umugera wa Sida basanzwe bafashwa na ANSS na SWAA-BURUNDI.

  • adminbur
  • 5 January 2022
  • Actualités
Umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu Njerina Ndayishimiye akaba ari nawe arongoye OPDAD-BURUNDI ,yipfurije kuri uyu wa 4 Nzero 2022, noweri nziza n’umwaka mushasha wa 2022 abana bavukanye umugera wa Sida basanzwe bafashwa na ANSS...
Read More

Ihugugwa ry’abigisha mu ntara ya Bujumbura.

  • adminbur
  • 3 January 2022
  • Actualités
Umuyobozi w’indero mu ntara ya Bujumbura, ciza Raphaël, yaratunganije ihugugwa ry’abigisha bose b’inyuma y’ishure shingiro mu makomine yose agize iyo ntara, ku magenekerezo ya 29 na 30 Kigarama 2021, mu ntumbero yo...
Read More

Bujumbura / komine MUKIKE: Uburunimyi.

  • adminbur
  • 3 January 2022
  • Actualités
#Uburimyi# #KOPERATIVE Itoni zirenga 40 nizo koperative sangwe KANYUNYA isanzwe irongowe na musitanteri wa komine MUKIKE, Frédéric MANIRAKIZA, yaraye yimbuye ibiraya, kuri uwu Gatatu wo kuwa 29 Kigarama 2021, mu murima wayo ungana na...
Read More

Ishirahamwe VONECOVIC ryaratanze Noweri i Karama.

  • adminbur
  • 31 December 2021
  • Actualités
Fyonda ngaha. Mu ntumbero yo kwipfurizanya Noweri nziza n’umwaka mushasha wa 2022, ishirahamwe VONECOVIC ryaratanze, kuri uyu wa 24 Kigarama 2021, imfashanyo igizwe n’ibitenge 50, ibiro 200 vy’umucerit, ibiro 50 vy’umunyu n’amasabune...
Read More

L’Association VONECOVIC a octroyé une aide à Karama pour fêter Noël .

  • adminbur
  • 31 December 2021
  • Actualités
Cliquez ici.
Read More

SAFE BURUNDI ( Sauda & Femi ) : Ngubu bwabugeni buhimbaye cane bwahariwe umwaka wa 2021 mu Burundi .

  • adminbur
  • 24 December 2021
  • Actualités
 POSTED INACTUALITÉS SAFE BURUNDI ( Sauda & Femi ) : Ngubu bwabugeni buhimbaye cane bwahariwe umwaka wa 2021 mu Burundi . AUTHOR: ABEADMIN PUBLISHED DATE: DECEMBER 23, 2021 COMMENTS: LEAVE A COMMENTEDIT Igice cambere : Fyonda ngaha. Igice...
Read More

Yagabiye umwami wiwe Femi umuduri umusi amukwa, nawe aca amugirira akaririmbo keza cane ikibiriraho, vyari amavuta.

  • adminbur
  • 24 December 2021
  • Actualités
Fyonda aha wirabire utubirya tudasanzwe tw’ibirori vyari bihimbaye cane.
Read More

Imbere y’amategeko Umuririmvyi Femi de J’Abat n’umushingamateka Sauda MBONEKO barasezeranye gushinga urugo rwabo.

  • adminbur
  • 23 December 2021
  • Actualités
Fyonda ngaha wirabire uko ibirori vyari bibereye ijisho. Insamirizi n’Imboneshakure Burundi Bwiza ( RTBB ) yari yahishikiye.
Read More

Umushikiranganji Ezéchiel Nibigira yatanguje inama y’abaserukira ibigo vy’urwaruka.

  • adminbur
  • 22 December 2021
  • Actualités
Umushikiranganji ajejwe imigabo n’imigambi ry’Uburundi mukarere kubuseruko muri Afrika, urwaruka, inkino n’imico kama, Ezéchiel Nibigira, ahejeje kwugurura, kuri uwu wa Kabiri igenekerezo rya 21 Kigarama 2021, uruganda rw’imisi itatu rwategekanirijwe abasanzwe baserukira...
Read More

Kurikira igice ca kabiri c’ireresi UMUTIMA y’umurwi YAKINI wirabire ingene ivy’isi ari amayobera.

  • adminbur
  • 8 November 2021
  • Actualités
Mbega urukundo ! Uno mukobwa yaranize mugenzi wiwe amuhora….. Fyonda ngaha wirabire ireresi UMUTIMA igice ca kabiri ( Episode 2 ).
Read More

Posts navigation

Previous 1 2 3 4 5 6 7 8 9 10 11 … 55 Next

Recent Posts

Ni igiki catumye Umutimbo DUNIA ABEDI aronka ubushimwe bwinshi? Kurikira ikiganiro TUBASHIMIRE BAKIRIHO.
Amaze kuronka udushimwe twinshi raba igituma.
“On ne punit pas un peuple parce qu’il a fait un choix. Les Burundais n’ont d’autres choix que de vivre ensemble” / Par Dr. Edouard Bizimana.
Réflexion sur le jugement rendu par la Cour de Justice de l’EAC et ses multiples implications.
Ururirimbo rwahariwe ino ndwi.
318997
Users Today : 197
This Month : 1088

Archives

  • February 2023
  • January 2023
  • October 2022
  • July 2022
  • June 2022
  • May 2022
  • April 2022
  • March 2022
  • February 2022
  • January 2022
  • December 2021
  • November 2021
  • October 2021
  • June 2021
  • May 2021
  • April 2021
  • March 2021
  • February 2021
  • January 2021
  • December 2020
  • November 2020
  • September 2020
  • August 2020
  • July 2020
  • June 2020
  • May 2020
  • April 2020
  • March 2020
  • February 2020
  • January 2020
  • December 2019
  • November 2019
  • October 2019

Gallery

Contact

Email: contact@burundibwiza.com

Write message

Donne moi un café 🙂

Copyright © All Rights Reserved.
  • Home
  • Editorial
  • Actualités
    • Culture
    • Sports
    • Web TV
  • Interviews
  • Publicités
  • Nous soutenir