Inkuru ya Burundibwiza.com / Radio Télévision Burundi Bwiza RTBB

Kuruno munsi Ibirori Bikaba vyahimbarijwe ku kibuga c’Umupira w’amaguru Umuco bikaba vyitabwe n’ Umukuru w’igihugu, Evariste Ndayishimiye , ari kumwe n’Umutambukanyi wiwe Angeline Ndayishimiye hamwe n’izindi ndongonzi ahotwovuga nk’Icegera c’Umukuru w’igihugu, abarongoye Inama Nshingamateka na Nkenguzamateka, Umunyamabanga mukuru w’umugambwe “CNDD-FDD”, Umushikiranganji wa mbere, Abashingamateka n’Abakenguzamateka, Abashikiranganji ba Reta y’Uburundi, hamwe n’abenegihugu bavuye mu mihingo itandukanye y’igihugu.











Leave a Reply